LUMILOTO İndir
Bilgi
Yenilikler
LUMILOTO ninziza cane, yukuri, kandi irakingiwe ijana kw’ijana (100%), ni uburyo bwatombora bworoshe baston butuma uwakinye yoroherwa gukurikirana amakuru ashushanya impembo, n’inyishu. ukoresheje terefone yawe, Biroroshe gukurikirana imikino ukunda nka Luckypower, Luckyday, Lucky +, hamwe n’inyishu nshasha zitangwa. Iyo Uygulama iri ku BUNTU mukuyishira muri telefon yawe ngendanwa, kandi yerekana amashusho yumvikana. Izina ryacu nivyo dukora!
BIROROSHE GUKINA
Iyi Uygulama yororshe gukoresha irimwo tombora zikurikira:
- Luckypower: urashobora guhitamo urukurikirane rw’ibiharuro bitandatu (06) vyatoranijwe kurutonde rw’ibiharuro kuva 01 kugeza 55 (01-55) kugirango ukine. Igihe co kwerekana urukurikirane rw’ibiharuro vyatsinze ni kuva igihe c’isaha cumi na zibiri z’umugoroba (18h00) gushika igihe c’isaha cumi na zibiri na nusu z’umugoroba (18h30) ku musi wa kabiri no kuwa gatanu.
- Luckyday: urashobora gucagura urukurikirane rw’ibiharuro bine (4) kuva 0000 kugeza 9999 (0000-9999) kugirango ukine. Igihe co kwerekana urukurikirane rw’ibiharuro vyatsinze ni kuva igihe c’isaha cumi na zibiri z’umugoroba (18h00) gushika igihe c’isaha cumi na zibiri ni nusu z’umugoroba (18h30) imisi yose.
- Lucky +: urashobora guhitamwo urutonde rw’ibiharuro kuva kuri rimwe kugeza ku munani. murugo rukurikirane rwibiharuro, ucagura guhera kuri 01 kugeza 80 (01-80) kugirango ukine. Urukino rwa Lucky + ruguma rwerekana ibiharuro vyatsinze inyuma y'iminota mirongo itatu (30) uhejeje gukina kuva kumusi wambere gushika kumusi w’Imana isaha zose mu kiringo kingana amasaha mirongibiri nane kuri mirongibiri nane (24/24).
GUKINGIRA URUKINO
LUMILOTO Icunga umutekano ikoresheje ubuhinga (tekinoroji) igenzura umwirondoro wawe, aho uherereye, n'imyaka yawe kugirango habe gukingira urukino go gutombora ruciye mwi terefone mu buryo bwizewe atagasombwa.
KURABA IVYATOMBOWE K'UMWANYA K'UMWANYA
Kugenzura Vyihuse kandi bidasubirwamwo inyishu zimikino yakinywe. Cagura izina ry'urukino numwanya rwakiniweko, ...
Mugushira muri terefone yawe no gukoresha uygulaması ya LUMILOTO, uba werekanye ko wasomye kandi wemeye amategeko ngenderwako ya LUMILOTO si yashizwe k'urubuga rwa LUMILOTO uciye kuri http://lumiloto.bi.
Tubipfurije mwese kugira amahirwe menshi n'uburambe bukomeye hamwe na uygulama ya LUMILOTO!
Twandikire:
VIETTEL BURUNDI SA (LUMITEL)
HO: 51, Boulevard de l'UPRONA, Quartier Rohero II, Commune Mukaza, Bujumbura-Mairie, Burundi
Tel: (+257) 777
E-posta: contact@lumitel.co.bi | Web sitesi: http://www.lumiloto.bi
Kurulum Talimatları
APK Dosyası Nedir?
Android Package Kit sözcüklerinin kısaltılmışı olan APK, Android uygulamalarını dağıtmakta ve yüklemekte kullanılan bir format. APK dosyası, cihazınızda yüklemeye yapmak için gerekli tüm öğeleri barındırır. Windows'taki EXE dosyaları gibi herhangi bir APK dosyasını Android'li cihazınıza kopyalayıp, onu kendiniz yükleyebilirsiniz. Uygulamaları bu şekilde elle yüklemeye "sideloading" deniyor.
Bilgisayarda .APK Nasıl Açılır
BlueStacks, Windows işletim sistemine sahip bilgisayarlar üzerinde Android oyunlarını oynamak veya Android uygulamalarını çalıştırmak için kullanabileceğiniz ücretsiz bir Android simülatörüdür.
- BlueStacks'i yukarıdaki bağlantı adresine tıklayarak hemen ücretsiz olarak indirebilirsiniz. İndir Bluestacks
- Programı indirdikten sonra nereye indirdiyseniz ikonuna çift tıklayarak kurulum ekranına geçiş yapmalı ve ilk karşılaştığınız sayfada sağ alttaki devam et tuşuna tıklayıp kurulum işlemlerini tamamlamanız gerekiyor.
- İndirdiğiniz APK’yı sağ tuş < - Birlikte Aç - > Bluestacks olarak çalıştırıp yükleyin.
- Artık bilgisayarınız üzerinden LUMILOTO heyecanına ulaşabilirsiniz.
Android Cihaza .Apk Nasıl Yüklenir?
Bunları yükleyebilmek için cihazımıza ekstra bir .Apk yükleyici indirmemiz gerekiyor. Android işletim sistemine sahip olan tüm cihazlarda standart olan bu uygulamayı sizde her cihazınızda sorun yaşamadan kullanabilirsiniz.
- Cihazınızın "Ayarlar" menüsüne giriş yapın.
- Ayarlar penceresindeki "Güvenlik" bölümüne giriş yapın.
- Güvenlik ayarları sayfasında yer alan "Bilinmeyen kaynaklar" seçeneğini işaretleyin.
- Artık APK uzantılı dosyaları çalıştırarak Play Store haricinden oyun ve uygulama yükleyebilirsiniz.
Önceki versiyonlar
Yorumlar
(*) is required
Benzer
Viettel Burundi (Lumitel)'dan Daha Fazla